Forgive Me - Sat-B

Forgive Me - Sat-B

  • リリース年: 2021
  • 言語: 英語
  • 間隔: 3:40

以下は曲の歌詞です Forgive Me 、アーティスト - Sat-B 翻訳付き

歌詞 " Forgive Me "

原文と翻訳

Forgive Me

Sat-B

Hook:

Please forgive me!

My wire

Forgive me!

My wire

Please forgive me!

My wire

Please forgive me

Uburyo navyifashemwo

Nibwo bwatumye urugwamwo

Niyibagiza uwundimwo

N’ayanje Mahitamwo

Abagenzi n’incuti

Bakakubwira ubivemwo

Bati uriya muhungu ntaco

Azokuviramwo oohh

Nkagusanga mucumba nazanye inkumi

Nkakubwira wegereyo ukabikora

Ni kenshi wamfashe ukabimbabarira

Naje ndateba ndabimenyera

Narafashe umutima

Wawe ndawukoma

Imigeto ndawujomba

Urwo wankunze ruratemba

Aho ubona nje iwawe n’uko mba nje

Kugusaba imbabazi

Forgive me

Aho ubona nje iwawe n’uko mba nje

Kugusaba imbabazi

Please forgive me, forgive me

Hook:

Please forgive me!

My wire

Forgive me!

My wire

Please forgive me!

My wire

Please forgive me (x2)

I remember when i was in jail

You where there for me

End Of the day when i left

I flirt with all the pretty girls

Oh!

Let me come to you

And please do forgive me

I wouldn’t have hurt you

I don’t wanna loose you baby

Nkubita uko ushaka

Nkubita uko ushaka

Nkuhaye itama nkongere n’irindi

Sinari nkwiriye n’izi mbabazi

Ariko do it for me

Let me send a spokesman

Come to tell you

How much I’m ready

I’m ready to do it again

Again

Aho ubona nje iwawe n’uko mba nje

Kugusaba imbabazi

Forgive me

Aho ubona nje iwawe n’uko mba nje

Kugusaba imbabazi

Please forgive me, forgive me

Hook

Please forgive me!

My wire

Forgive me!

My wire

Please forgive me!

My wire

Please forgive me (x2)

200万曲以上の歌詞

様々な言語の楽曲

翻訳

あらゆる言語への高品質な翻訳

クイック検索

必要なテキストを数秒で見つけます