Turasa - Khadja Nin

Turasa - Khadja Nin

Альбом
Ya...
Год
1999
Язык
`スワヒリ語`
Длительность
225880

以下は曲の歌詞です Turasa 、アーティスト - Khadja Nin 翻訳付き

歌詞 " Turasa "

原文と翻訳

Turasa

Khadja Nin

Ihoze mwana wa mama

Uwuvuga ngo umuntu aruta uwundi

Yego nanje ndibonera

Yuko imibiri yose idasa

Uyu urera

Urya ukirabura

Uriya uravanze

Jewe mbona

Watu wa ulimwengu wandugu

Kaskasini kusini wako sawa

Watu wa ulimwengu wandugu

Wote wanafanana

Mbona dusa

Umworo wino arasa

N’umworo wo hirya agasa

N’umworo wa hakurya

Umwana wanje ansera

Kurya umwana wawe agusera

Abavyeyi turasa

None mwana wa mama

Abantu dupfa iki?

Ko mbona

200万曲以上の歌詞

様々な言語の楽曲

翻訳

あらゆる言語への高品質な翻訳

クイック検索

必要なテキストを数秒で見つけます