Leila - Masterland

Leila - Masterland

  • リリース年: 2021
  • 言語: 鎌
  • 間隔: 2:55

以下は曲の歌詞です Leila 、アーティスト - Masterland 翻訳付き

歌詞 " Leila "

原文と翻訳

Leila

Masterland

They talk and talk tryna break our love /

Badusambuze batazi n’iyo twatanguriye/

Bavuga ngo nzoguta ngira baraturaguriye /

Abastars ntitwubaka turi inryanrya baraduhinyuye /

Sinoguta Mama ntaco nosigarana /

Umusi umwe ntakubona vyongora kwihangana /

Bashaka kugutuntuza /

Ngo baronke ico kumbuza /

Oya sinzokubabaza … /

Leila my chérie yooo, Leila ma juju eeeh

Leila, All i want is you my babe yooo

Leila my Chérie, Leila my Juju

Leila, ils sont jaloux de nous

La la la la la la…

Kuvuga ntibazoreka /

Kugukunda sinzoreka/

Oya Mama ntivyoshika /

Ko nohemuka /

Bose bigira je connais, Masterland je connais /

Ngo singukunda wenyene, ngo mfise n’ubwibone /

Sinoguta Mama ntaco nosigarana /

Umusi umwe ntakubona vyongora/ kwihangana/

Bashaka kugutuntuza /

Ngo baronke icokumbuza /

Oya sinzokubabaza… /

Leila my chérie yooo, Leila ma juju eeeh

Leila, All i want is you my babe yooo

Leila my Chérie, Leila my Juju

Leila, ils sont jaloux de nous

La la la la la la…

サイト上の新しいテキストと翻訳:

200万曲以上の歌詞

様々な言語の楽曲

翻訳

あらゆる言語への高品質な翻訳

クイック検索

必要なテキストを数秒で見つけます